Reveriyano Ndikuriyo ni we yemejwe ngo abandanye ari umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD-FDD uri ku butegetsi mu Burundi, mu kiringo kigira kabiri c'imyaka itanu. Nta wundi n'umwe yari bwigere ...
Inama nshingamateka na nkenguzamateka z'Uburundi zisaba reta y'ico gihugu gushiraho urwego rw'ubutungane rukurikirana abikekwa kugira uruhara mw' "ihonyabwoko" ryakorewe Abahutu mu 1972. Zisaba kandi ...
Some results have been hidden because they may be inaccessible to you
Show inaccessible results